ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 7:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Umuryango* wawe n’ubwami bwawe bizokwamaho ibihe vyose, n’intebe yawe y’ubwami yameho ibihe vyose+.’”»

  • 1 Abami 10:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Umwami akora intebe y’ubwami+ y’agatangaza akoresheje amasenge*, maze ayihomekako inzahabu ityoroye+.

  • 1 Ngoma 29:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Salomo rero yicara ku ntebe y’ubwami ya Yehova+, aba umwami mu kibanza ca se Dawidi. Araheza araroranirwa kandi Abisirayeli bose baramugamburukira.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika