Zaburi 21:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ewe Yehova, umwami aranezerwa n’inkomezi zawe+.Ese ingene ahimbarwa cane n’ubukiriro utanga+! 2 Wamuhaye ico umutima wiwe wipfuza+,kandi ntiwamwimye ico iminwa yiwe yagusavye. (Sela*)
21 Ewe Yehova, umwami aranezerwa n’inkomezi zawe+.Ese ingene ahimbarwa cane n’ubukiriro utanga+! 2 Wamuhaye ico umutima wiwe wipfuza+,kandi ntiwamwimye ico iminwa yiwe yagusavye. (Sela*)