ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 7:46
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 46 Ntiwansutse amavuta ku mutwe, ariko uyu mugore yasutse amavuta amota neza ku birenge vyanje.

  • Yakobo 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Hoba hari uwurwaye muri mwebwe? Natumeko abakurambere+ b’ishengero bamusengere, bamusige amavuta+ mw’izina rya Yehova*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika