Zaburi 145:18, 19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Yehova ari hafi y’abamwambaza bose+,abamwambaza mu kuri* bose+. ר [Reshi] 19 Ahaza icipfuzo c’abamutinya+.Arumva ugutakamba kwabo, akabakiza+.
18 Yehova ari hafi y’abamwambaza bose+,abamwambaza mu kuri* bose+. ר [Reshi] 19 Ahaza icipfuzo c’abamutinya+.Arumva ugutakamba kwabo, akabakiza+.