ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 97:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Yemwe abakunda Yehova, nimwanke ikibi+.

      Akingira ubuzima bw’intahemuka ziwe+,

      akabarokora mu kuboko* kw’ababisha+.

  • Zaburi 101:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Sinzoshira imbere y’amaso yanje ikintu na kimwe kitagira akamaro.

      Ndanka ibikorwa vy’abantu batagororotse+.

      Sindavyerekwa na gato*.

  • Imigani 16:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Urukundo* n’ubwizigirwa ni vyo bituma ikosa ribabarirwa+,

      kandi gutinya Yehova ni vyo bituma umuntu yirinda ikibi+.

  • Abaroma 12:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Urukundo rwanyu ntirubemwo ubwiyorobetsi+. Ikibi nimucanke urunuka+, mwumire ku ciza.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika