Imigani 5:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Kuko inzira z’umuntu ziri imbere ya Yehova,kandi arasuzuma ivyo akora vyose+. Imigani 17:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Inkono yo mu ruganda ityorora ifeza, ifuru na yo igatyorora inzahabu+,ariko Yehova ni we asuzuma imitima+. Imigani 21:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Umuntu abona ko inzira ziwe zose zigororotse+,ariko Yehova ni we asuzuma imitima*+.
3 Inkono yo mu ruganda ityorora ifeza, ifuru na yo igatyorora inzahabu+,ariko Yehova ni we asuzuma imitima+.