-
Gusubira mu vyagezwe 6:1, 2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Aya ni yo mabwirizwa, amategeko n’ingingo Yehova Imana yanyu yatanze ngo muvyigishwe, kugira muze mubikurikize nimwajabuka Yorodani mukinjira mu gihugu mugira mwigarurire. 2 Ivyo bizotuma mwebwe n’abana banyu n’abuzukuru banyu mutinya Yehova Imana yanyu, maze mukurikize amabwirizwa yiwe yose n’amategeko yiwe ndabategetse+, mu misi yose y’ubuzima bwanyu kugira murambe+.
-