Yesaya 52:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Raba! Umusavyi wanje+ azokorana ubukerebutsi*. Azoshirwa hejuru, aduzwe,aninahazwe cane+.