Yesaya 51:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ubugororotsi bwanje buri hafi+. Nzobarungikira ubukiriro+,kandi amaboko yanje azocira imanza amahanga+. Amazinga azonyizigira+,arindire ukuboko* kwanje.
5 Ubugororotsi bwanje buri hafi+. Nzobarungikira ubukiriro+,kandi amaboko yanje azocira imanza amahanga+. Amazinga azonyizigira+,arindire ukuboko* kwanje.