-
Gusubira mu vyagezwe 28:63Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
63 Nk’uko Yehova yahimbawe no kubahezagira akabagwiza, ni ko nyene Yehova azohimbarwa no kubatikiza abaherengeteze. Azobarandura mu gihugu mugira mwigarurire.
-