17 Ico gihe nzobashavurira cane+, ndabahebe+ kandi ndabahishe mu maso hanje+ gushika batikiye. Maze nibamara gushikirwa n’ivyago vyinshi be n’amaganya menshi+, bazovuga bati: “Ubwo ibi vyago ntibiriko bidushikira kubera ko Imana yacu itari kumwe natwe+?”