Yesaya 11:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Kuri uwo musi, Yehova azokwerekana ububasha bwiwe* irigira kabiri, kugira afashe amasigarira y’abantu biwe. Azobagarukana abakuye i Ashuri+, mu Misiri+, i Patirosi+, i Kushi+, i Elamu+, i Shinari*, i Hamati no mu mazinga y’ikiyaga+. Yesaya 60:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Kuko amazinga azonyizigira+.Amato* y’i Tarushishi ni yo ari imbere*,kugira ngo azane abana bawe abakuye kure+.Baje bazanye ifeza zabo n’inzahabu zaboku bw’izina rya Yehova Imana yawe no ku bw’Umweranda wa Isirayeli,kuko azogutera iteka*+.
11 Kuri uwo musi, Yehova azokwerekana ububasha bwiwe* irigira kabiri, kugira afashe amasigarira y’abantu biwe. Azobagarukana abakuye i Ashuri+, mu Misiri+, i Patirosi+, i Kushi+, i Elamu+, i Shinari*, i Hamati no mu mazinga y’ikiyaga+.
9 Kuko amazinga azonyizigira+.Amato* y’i Tarushishi ni yo ari imbere*,kugira ngo azane abana bawe abakuye kure+.Baje bazanye ifeza zabo n’inzahabu zaboku bw’izina rya Yehova Imana yawe no ku bw’Umweranda wa Isirayeli,kuko azogutera iteka*+.