ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 132:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Kuko Yehova yatoye Siyoni+,

      ni ho yashimye kuba+.

  • Yesaya 12:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Nimusemerere mwihe akamo k’umunezero mwebwe ababa i Siyoni*,

      kuko Umweranda wa Isirayeli ari hagati yanyu ahambaye.»

  • Yoweli 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Muzomenya vy’ukuri ko ndi Yehova Imana yanyu, umwe aba i Siyoni, umusozi wanje mweranda+.

      Yeruzalemu hazocika ahantu heranda+,

      kandi nta munyamahanga azosubira kuhaca+.

  • Mika 4:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Nzotuma mu bahoze bacumbagira hagira abasigara+,

      abari barirukaniwe kure ndabagire ihanga rikomeye+.

      Yehova azobaganza ari ku musozi Siyoni,

      kuva ubu no gushika ibihe bidahera.

  • Zakariya 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Ewe mukobwa wa Siyoni*+, niwihe akamo k’umunezero kuko nje+ kandi nzoba hagati muri wewe+», ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika