Hoseya 13:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Nzobakura mu vyara vy’ukuzimu,ndabakize urupfu+. Wa rupfu we, za mboyi zawe ziri hehe+? Wa kuzimu we, kwa gutikiza kwawe kuri hehe+? Sinzogenda ndabumviye impuhwe. 1 Abakorinto 15:54 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 54 Mugabo uwu mubiri ubora niwambara ukutabora, uwu mubiri upfa ukambara ukudapfa, hazoca haranguka rya jambo ryanditswe rivuga ngo: «Urupfu ruramizwe ubutakigaruka+.» 2 Timoteyo 1:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 ariko ubu bwaribonekeje neza biciye ku kwerekanwa kw’Umukiza wacu Kristu Yezu+, yakuyeho urupfu+ akongera akaduhishurira biciye ku nkuru nziza+ ingene tworonka ubuzima+ n’umubiri utabora+. Ivyahishuwe 20:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Urupfu n’ukuzimu bica bitererwa mu kiyaga caka umuriro+. Ico kiyaga caka umuriro+ kigereranya urupfu rwa kabiri+.
14 Nzobakura mu vyara vy’ukuzimu,ndabakize urupfu+. Wa rupfu we, za mboyi zawe ziri hehe+? Wa kuzimu we, kwa gutikiza kwawe kuri hehe+? Sinzogenda ndabumviye impuhwe.
54 Mugabo uwu mubiri ubora niwambara ukutabora, uwu mubiri upfa ukambara ukudapfa, hazoca haranguka rya jambo ryanditswe rivuga ngo: «Urupfu ruramizwe ubutakigaruka+.»
10 ariko ubu bwaribonekeje neza biciye ku kwerekanwa kw’Umukiza wacu Kristu Yezu+, yakuyeho urupfu+ akongera akaduhishurira biciye ku nkuru nziza+ ingene tworonka ubuzima+ n’umubiri utabora+.
14 Urupfu n’ukuzimu bica bitererwa mu kiyaga caka umuriro+. Ico kiyaga caka umuriro+ kigereranya urupfu rwa kabiri+.