ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 28:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Kuko Yehova azova hasi nk’uko yabigize ku musozi Perasimu,

      agire ico akoze nko muri ca kiyaya kiri hafi y’i Gibeyoni+.

      Hazoba ari ukugira ngo akore igikorwa ciwe, igikorwa ciwe gitangaje,

      no kugira ngo ashitse igikorwa ciwe, igikorwa ciwe kidasanzwe+.

  • Habakuki 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  5 «Nimurabe mu mahanga, mwitegereze.

      Nimutangare mwumirwe.

      Kuko mu misi yanyu hagiye kuba ikintu mutokwemera

      naho hogira uwukibiganira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika