Yesaya 65:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ku bw’abantu banje bandondera,i Sharoni+ hazocika ahantu ho kuragira intama,ikiyaya ca Akori+ kibe ahantu inka ziruhukira.
10 Ku bw’abantu banje bandondera,i Sharoni+ hazocika ahantu ho kuragira intama,ikiyaya ca Akori+ kibe ahantu inka ziruhukira.