ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 7:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Abana barasenya inkwi, ba se bagacana umuriro, abagore na bo bagakora igikandu kugira ngo bakore udukate two gushikanira umwamikazi w’ijuru*+. Basukira amashikanwa y’ibinyobwa izindi mana kugira ngo bambabaze+.

  • Yeremiya 44:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Abagabo bose bari bazi ko abagore babo bahora bashikanira ibimazi izindi mana, n’abagore bose bari bahagaze ng’aho, abo bose bakaba bari ishengero rinini, n’abantu bose baba mu gihugu ca Misiri+, i Patirosi+, bishura Yeremiya bati:

  • Yeremiya 44:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Ahubwo twiyemeje gukora ivyatwiviriye mu kanwa vyose: tuzoshikanira ibimazi umwamikazi w’ijuru* tumusukire n’amashikanwa y’ibinyobwa+, nk’uko twe na ba sogokuruza bacu, abami bacu n’abatware bacu twabigira mu bisagara vy’Ubuyuda no mu mabarabara y’i Yeruzalemu. Ico gihe twararya tugahaga kandi twari tumerewe neza. Ivyago twarabaza.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika