-
Yesaya 13:20, 21Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
Nta Mwarabu azohashinga ihema,
kandi nta bungere bazohavyagiza amasho.
21 Ibikoko vyo mu bugaragwa ni ho bizokwiryamira.
Amazu yaho azokwuzura ibihuna bimeze nk’inkona.
-