ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yoweli 2:12-14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Ibi ni vyo Yehova avuze: «Ariko n’ubu nimungarukeko n’umutima wanyu wose+,

      mwisonzeshe+, murire kandi muboroge.

      13 Nimutabure imitima yanyu+, atari impuzu zanyu+,

      maze mugaruke kuri Yehova Imana yanyu,

      kuko ari Imana y’impuhwe* n’imbabazi, iteba gushavura+ kandi yuzuye urukundo*+.

      Na we azoheza yigarure*, ntabateze ivyago.

      14 Hari uwubizi? Hari aho yohindura ivyiyumviro+, akigarura.

      Hari aho yobahezagira,

      mukaronka intete n’ibinyobwa mushikanira Yehova Imana yanyu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika