ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 21:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Ibi ni vyo Yehova yabwiye Yeremiya, igihe umwami Zedekiya+ yamutumako Pashuri+ mwene Malikiya na Zefaniya+ mwene Mayaseya, umuherezi, ngo bamusabe iki kintu: 2 «Turakwinginze utubarize Yehova kuko Nebukadinezari* umwami wa Babiloni aduteye+. Hari aho Yehova yodukorera igitangaza, uwo mwami akatuviraho+.»

  • Ezekiyeli 33:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Bazoza ari benshi, bicare imbere yawe nk’abantu banje. Bazokwumva ivyo uvuga mugabo ntibazobikora+, kuko bakoresha akarimi kabo bakubwira amajambo asosa*, mugabo umutima wabo uhahamiye inyungu mbi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika