ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 24:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Nzotuma bagira umutima wipfuza kumenya jewe, yuko ndi Yehova+. Bazoba abantu banje, nanje mbe Imana yabo+, kuko bazongarukako n’umutima wabo wose+.

  • Ezekiyeli 11:19, 20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Nzokwegeranya umutima wabo*+, ndabashiremwo impwemu nshasha+. Nzokura mu mubiri wabo umutima w’ibuye+, ndabahe umutima w’inyama*+ 20 kugira ngo bakurikize ivyagezwe vyanje, bubahirize ingingo nashinze, bazigamburuke. Bazoheza babe abantu banje, nanje mbe Imana yabo.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika