ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Yehova aca abwira Shetani ati: «Mbega witegereje* umusavyi wanje Yobu? Nta n’umwe ameze nka we kw’isi. Ni umuntu w’umugororotsi kandi atunganye*+, atinya Imana kandi yirinda ikibi.»

  • Yobu 42:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Ubu rero nimutore impfizi z’inka indwi n’impfizi z’intama indwi, mugende ku musavyi wanje Yobu, mushikane ikimazi giturirwa. Umusavyi wanje Yobu araza kubasengera+. Ndaheza nemere isengesho ryiwe, sindabakorere ibihuye n’ubupfu bwanyu, kuko mutavuze ukuri ku binyerekeye. Ntimwavuze nk’umusavyi wanje Yobu.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika