Yeremiya 32:43 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 43 Abantu bazosubira kugura amatongo muri iki gihugu+, naho muvuga ngo: ‘Iki gihugu ni agahinga katabamwo abantu n’ibikoko, kandi caratanzwe ku Bakaludaya.’”
43 Abantu bazosubira kugura amatongo muri iki gihugu+, naho muvuga ngo: ‘Iki gihugu ni agahinga katabamwo abantu n’ibikoko, kandi caratanzwe ku Bakaludaya.’”