-
1 Abami 14:22, 23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
22 Ico gihe, abo mu Buyuda baguma bakora ivyo Yehova abona ko ari bibi+ ku buryo ibicumuro vyabo bimushavuza cane kuruta ivyo ba sekuruza bakoze+. 23 Abo mu Buyuda na bo nyene baguma bitunganiriza ibibanza vyo gusengeramwo*, bagashinga n’inkingi nyeranda z’amabuye* n’iz’ibiti+ ku misozi+ yose no munsi y’ibiti bitotahaye+ vyose.
-