ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 38:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Ariko haciye nk’amezi atatu, abantu babwira Yuda bati: «Tamari umukazana wawe yarakoze ubumaraya, kandi afise inda.» Yuda aca avuga ati: «Nimumusohore mumuturire+.»

  • Abalewi 20:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Uku ni ko bizogenda ku mugabo arenze ibigo n’umugore w’uwundi mugabo: umugabo arenze ibigo n’umugore wa mugenziwe ategerezwa kwicwa. Uwo mugabo n’uwo mugore bose bategerezwa kwicwa+.

  • Gusubira mu vyagezwe 22:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Umugabo niyafatwa aryamanye n’umugore w’abandi, uwo mugabo hamwe n’uwo mugore bose bategerezwa kwicwa+. Ukwo ni ko muzokura ikibi muri Isirayeli.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika