Yeremiya 3:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Aho ndabiboneye, narirukanye uwo muhemu Isirayeli, ndamuha urupapuro rwo kwahukana+ kubera yarenze ibigo+. Yamara mwenewabo w’umuhemu Yuda ntiyatinye. Na we nyene yaragiye akora ubumaraya+.
8 Aho ndabiboneye, narirukanye uwo muhemu Isirayeli, ndamuha urupapuro rwo kwahukana+ kubera yarenze ibigo+. Yamara mwenewabo w’umuhemu Yuda ntiyatinye. Na we nyene yaragiye akora ubumaraya+.