ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 13:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Ariko abantu b’i Sodomu bari babi, baracumura cane kuri Yehova+.

  • Itanguriro 18:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Hanyuma Yehova avuga ati: «Induru y’abidogera Sodomu na Gomora ni nyinshi+, kandi igicumuro c’abantu baho kiraremereye cane+.

  • Itanguriro 19:4, 5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Imbere y’uko baja kuryama, abagabo bose bo mu gisagara ca Sodomu, uhereye ku gahungu gatoyi gushika ku mutama, baza ari isinzi maze bakikuza iyo nzu. 5 Baguma basemerera babwira Loti bati: «Ba bagabo baza ng’aha ku mugoroba bari hehe? Basohore turyamane na bo+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika