Ezira 9:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ndaheza mvuga nti: «Ewe Mana yanje, numva isoni n’ibimaramare ku buryo ntokwunamura amaso ngo ndabe iyo uri. Mana yanje, dufise* amakosa menshi, n’ivyaha vyacu vyaragwiriye gushika no mw’ijuru+. Ezekiyeli 36:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Muzoheza mwibuke ingeso zanyu mbi n’ibikorwa vyanyu bibi. Muzokwumva mwiyanse cane kubera amakosa yanyu no kubera ibintu bishisha mukora+.
6 Ndaheza mvuga nti: «Ewe Mana yanje, numva isoni n’ibimaramare ku buryo ntokwunamura amaso ngo ndabe iyo uri. Mana yanje, dufise* amakosa menshi, n’ivyaha vyacu vyaragwiriye gushika no mw’ijuru+.
31 Muzoheza mwibuke ingeso zanyu mbi n’ibikorwa vyanyu bibi. Muzokwumva mwiyanse cane kubera amakosa yanyu no kubera ibintu bishisha mukora+.