2 Abami 25:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Abahungu ba Zedekiya babicira mu maso yiwe, maze Nebukadinezari amugira impumyi. Hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu araheza amujana i Babiloni+.
7 Abahungu ba Zedekiya babicira mu maso yiwe, maze Nebukadinezari amugira impumyi. Hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu araheza amujana i Babiloni+.