2 Ngoma 36:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Zedekiya+ yabaye umwami afise imyaka 21, maze amara imyaka 11 aganza i Yeruzalemu+. 2 Ngoma 36:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Yaranagararije umwami Nebukadinezari+ kandi yari yaramurahije mw’izina ry’Imana. Yagumye ari intagondwa*, akomantaza umutima, yanka kugamburukira Yehova Imana ya Isirayeli.
13 Yaranagararije umwami Nebukadinezari+ kandi yari yaramurahije mw’izina ry’Imana. Yagumye ari intagondwa*, akomantaza umutima, yanka kugamburukira Yehova Imana ya Isirayeli.