ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 8:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Yarabacishije bugufi rero, arabareka murasonza+ maze abagaburira manu+ mutari bwabone mwe na ba sokuru banyu, kugira mumenye ko umuntu atabeshwaho n’umukate gusa, ahubwo ko abeshwaho n’ijambo ryose riva mu kanwa ka Yehova+.

  • Gusubira mu vyagezwe 30:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Nimwumviriza amabwirizwa ya Yehova Imana yanyu ndabategetse uno musi, mugakunda Yehova Imana yanyu+, mukagendera mu nzira ziwe kandi mugakurikiza amabwirizwa yiwe, ivyagezwe vyiwe n’ingingo yashinze, muzobandanya kubaho+ mugwire, kandi Yehova Imana yanyu azobahezagira mu gihugu mugira mwigarurire+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika