Yosuwa 7:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Abanyakanani n’abandi bose baba mu gihugu nibavyumva, bazodukikuza baduhonye ku buryo n’izina ryacu rizimangana kw’isi. Uzokora iki none kugira urwanire izina ryawe rihambaye+?» Ezekiyeli 36:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 «Bwira rero Abisirayeli uti: “Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Singira ndabikore ku bwanyu, yemwe Bisirayeli, ahubwo ngira ndabikore ku bw’izina ryanje ryeranda, izina mwahumanije mu mahanga mwagiyemwo+.’”
9 Abanyakanani n’abandi bose baba mu gihugu nibavyumva, bazodukikuza baduhonye ku buryo n’izina ryacu rizimangana kw’isi. Uzokora iki none kugira urwanire izina ryawe rihambaye+?»
22 «Bwira rero Abisirayeli uti: “Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Singira ndabikore ku bwanyu, yemwe Bisirayeli, ahubwo ngira ndabikore ku bw’izina ryanje ryeranda, izina mwahumanije mu mahanga mwagiyemwo+.’”