24 “Wiyubakiye ikintu kimeze nk’agasozi, witunganiriza ikibanza co gusengeramwo mu bibanza rusangi vyose. 25 Wubatse ibibanza vyawe vyo gusengeramwo mu bibanza biri ahabona cane ku mabarabara yose, utuma ubwiza bwawe buba ikintu gishisha mu kwiha uwuhita wese+, ugwiza ubumaraya bwawe+.