-
Yeremiya 44:17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Ahubwo twiyemeje gukora ivyatwiviriye mu kanwa vyose: tuzoshikanira ibimazi umwamikazi w’ijuru* tumusukire n’amashikanwa y’ibinyobwa+, nk’uko twe na ba sogokuruza bacu, abami bacu n’abatware bacu twabigira mu bisagara vy’Ubuyuda no mu mabarabara y’i Yeruzalemu. Ico gihe twararya tugahaga kandi twari tumerewe neza. Ivyago twarabaza.
-