-
Abalewi 27:32Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
32 Ic’icumi cose c’ibitungwa, yaba ari mu nka, mu mpene canke mu ntama, ni ukuvuga igitungwa cose kigira cumi giciye munsi y’inkoni y’umwungere, gikwiye kuba ceranda kuri Yehova.
-