ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:49, 50
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 49 Yehova azorungika ihanga rya kure+ rivuye ku mpera y’isi kugira rize kubatera, ribagurukireko nka kurya kw’inkona+. Ni ihanga rivuga ururimi mutumva+, 50 ihanga rifise mu maso hateye ubwoba, ihanga ritazokwumvira akagongwe abatama canke abana+.

  • 2 Abami 24:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Ku ntwaro ya Yehoyakimu, Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni aza gutera igihugu ciwe, maze Yehoyakimu amara imyaka itatu aganzwa na we. Ariko aramuhinduka, aramugarariza.

  • 2 Ngoma 36:5, 6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Yehoyakimu+ yabaye umwami afise imyaka 25, maze amara imyaka 11 aganza i Yeruzalemu. Yagumye akora ivyo Yehova Imana yiwe abona ko ari bibi+. 6 Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni aza kumutera kugira ngo amuboheshe amapingu abiri y’umujumpu aheze amutware i Babiloni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika