Itanguriro 10:9, 10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Yari umuhigi akomeye cane arwanya Yehova. Ni ho havuye imvugo ngo: «Nka Nimurodi, wa muhigi akomeye cane arwanya Yehova.» 10 Ibisagara vya mbere vyari bigize ubwami bwiwe vyari Babeli+, Ereki+, Akadi na Kalune. Vyari mu gihugu ca Shinari+.
9 Yari umuhigi akomeye cane arwanya Yehova. Ni ho havuye imvugo ngo: «Nka Nimurodi, wa muhigi akomeye cane arwanya Yehova.» 10 Ibisagara vya mbere vyari bigize ubwami bwiwe vyari Babeli+, Ereki+, Akadi na Kalune. Vyari mu gihugu ca Shinari+.