Yesaya 54:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Abana* bawe bose bazokwigishwa na Yehova+,kandi amahoro y’abana* bawe azoba menshi+. Yeremiya 24:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nzotuma bagira umutima wipfuza kumenya jewe, yuko ndi Yehova+. Bazoba abantu banje, nanje mbe Imana yabo+, kuko bazongarukako n’umutima wabo wose+. Yeremiya 31:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 «Nta wuzosubira kwigisha mugenziwe canke mwenewabo, ababwira ngo: “Nimumenye Yehova+!”, kuko bose bazomenya kuva ku muto muri bo gushika ku mukuru+», ni ko Yehova avuze. «Nzobabarira ikosa ryabo, kandi igicumuro cabo sinzosubira kucibuka+.»
7 Nzotuma bagira umutima wipfuza kumenya jewe, yuko ndi Yehova+. Bazoba abantu banje, nanje mbe Imana yabo+, kuko bazongarukako n’umutima wabo wose+.
34 «Nta wuzosubira kwigisha mugenziwe canke mwenewabo, ababwira ngo: “Nimumenye Yehova+!”, kuko bose bazomenya kuva ku muto muri bo gushika ku mukuru+», ni ko Yehova avuze. «Nzobabarira ikosa ryabo, kandi igicumuro cabo sinzosubira kucibuka+.»