Zefaniya 3:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Kuri uwo musi ntuzomaramarakubera ibintu vyose wakoze mu kungarariza+,kuko ico gihe nzoba nakuye muri wewe abanyabwibone bihayagiza,kandi ntuzosubira kugira ubwibone ku musozi wanje mweranda+.
11 Kuri uwo musi ntuzomaramarakubera ibintu vyose wakoze mu kungarariza+,kuko ico gihe nzoba nakuye muri wewe abanyabwibone bihayagiza,kandi ntuzosubira kugira ubwibone ku musozi wanje mweranda+.