Zaburi 3:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ubukiriro ni ubwa Yehova+. Umuhezagiro wawe uri ku bantu bawe. (Sela) Yesaya 12:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ehe Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzoyizigira singire ubwoba+kuko Ya*, Yehova, ari we nkomezi zanje n’ubushobozi bwanje,kandi yabaye ubukiriro bwanje+.»
2 Ehe Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzoyizigira singire ubwoba+kuko Ya*, Yehova, ari we nkomezi zanje n’ubushobozi bwanje,kandi yabaye ubukiriro bwanje+.»