ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 9:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Abasuku ba Farawo bose batinye ijambo rya Yehova, baciye banyaruka kwinjiza mu nzu abakozi babo n’ibitungwa vyabo.

  • Matayo 12:41
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 41 Ku musi w’urubanza, abantu b’i Ninewe bazozukira rimwe n’abantu b’uru runganwe, kandi bazobatsindisha kuko bigaye aho bumviye ivyo Yona yamamaza+. Ariko ng’aha hari uwuruta Yona+.

  • Luka 11:32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 Ku musi w’urubanza, abantu b’i Ninewe bazozukira rimwe n’abantu b’uru runganwe, kandi bazobatsindisha kuko bigaye aho bumviye ivyo Yona yamamaza+. Ariko ng’aha hari uwuruta Yona.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika