Yona 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ariko Yona arahaguruka, agerageza kuja i Tarushishi ngo ahunge Yehova. Amanuka i Yopa, abona ubwato* buja i Tarushishi. Nuko ariha itike, yurira ubwato kugira ajane n’abari muri bwo i Tarushishi, kure ya Yehova.
3 Ariko Yona arahaguruka, agerageza kuja i Tarushishi ngo ahunge Yehova. Amanuka i Yopa, abona ubwato* buja i Tarushishi. Nuko ariha itike, yurira ubwato kugira ajane n’abari muri bwo i Tarushishi, kure ya Yehova.