Zaburi 103:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ntaguma atorana amahinyu+,kandi ntabika inzika ibihe vyose+. Yesaya 57:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Kuko ntazoguma ndabarwanya ibihe vyose,canke ngo ngume nshavuye+.Ahandiho abantu* bocika intege kubera jewe+,emwe ibiremwa vyose bihumeka naremye. Gucura intimba 3:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Urukundo rwa Yehova rudahera* ni rwo rwatumye tudahona+,kuko imbabazi ziwe zitigera zihera+.
16 Kuko ntazoguma ndabarwanya ibihe vyose,canke ngo ngume nshavuye+.Ahandiho abantu* bocika intege kubera jewe+,emwe ibiremwa vyose bihumeka naremye.