Gusubira mu vyagezwe 31:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Musa araheza yandika aya mategeko+, ayahereza abaherezi ari bo Balewi, abarerura isandugu y’isezerano rya Yehova, hamwe n’abashingantahe bose bo muri Isirayeli. Gusubira mu vyagezwe 31:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 igihe Abisirayeli bose bazoba baje imbere ya Yehova+ Imana yanyu ahantu azoba yaratoye, muzosomera aya mategeko Abisirayeli bose kugira bayumve+.
9 Musa araheza yandika aya mategeko+, ayahereza abaherezi ari bo Balewi, abarerura isandugu y’isezerano rya Yehova, hamwe n’abashingantahe bose bo muri Isirayeli.
11 igihe Abisirayeli bose bazoba baje imbere ya Yehova+ Imana yanyu ahantu azoba yaratoye, muzosomera aya mategeko Abisirayeli bose kugira bayumve+.