ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 30:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Yehova Imana yanyu azobahezagira cane mu vyo muzokora vyose+. Azogwiza abana banyu, ibitungwa vyanyu n’umwimbu wanyu, kuko Yehova azosubira guhimbarwa no kubahezagira, nk’uko yahimbawe no guhezagira ba sokuruza banyu+.

  • Zaburi 147:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Yehova arakunda abantu bamutinya+,

      barya baguma barindiriye urukundo* rwiwe+.

  • Yesaya 62:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Uzoba urugori rw’ubwiza mu kuboko kwa Yehova,

      ube igitambara abami bazingira mu mutwe mu kiganza c’Imana yawe.

  • Yesaya 65:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Nzonezererwa Yeruzalemu, nigine abantu banje+.

      Iwe ntihazosubira kwumvikana urwamo rw’amarira canke rw’amaborogo+.»

  • Yeremiya 32:41
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 41 Nzonezerwa kubera bo, ndabakorere iciza+, kandi nzobateragira muri iki gihugu bashinge imizi+. Nzobikorana umutima wanje wose n’inkomezi zanje zose.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika