ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 50:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Kubera iki none ata n’umwe yari ahari igihe naza?

      Kubera iki ata n’umwe yitavye igihe nahamagara+?

      Mbega ukuboko kwanje kwoba ari kugufi ku buryo kudashobora gucungura?

      Canke nta bubasha mfise bwo kurokora+?

      Raba! Ndakankamira ikiyaga kikuma+.

      Ntuma inzuzi zihinduka ubugaragwa+.

      Amafi ariyo arabora kubera ata mazi,

      akicwa n’inyota.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika