ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 10:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Ntimutinye abica umubiri ariko badashobora kwica ubuzima*+. Ahubwo mutinye umwe ashobora guhonereza ubuzima n’umubiri muri Gehena*+.

  • Luka 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Ahubwo reka ndababwire uwo mukwiye gutinya: nimutinye umwe afise ububasha bwo kwica umuntu agaca amuterera no muri Gehena*+. Emwe ndabibabwiye, uwo abe ari we mutinya+.

  • 1 Yohani 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Umuntu wese yanka mwenewabo ni umwicanyi+, kandi murazi ko ata mwicanyi azoronka ubuzima budahera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika