Imigani 24:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ntuvuge ngo: «Nzomukorera nk’ivyo yankoreye.Nzomusubiriza mu nkoko*+.» Yesaya 50:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Umugongo wanje nawuhaye abankubita,amatama yanje ndayaha abanshikura ubwanwa. Mu maso hanje sinahahishije abantetereza n’abancirako amate+. Luka 6:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Uwugukubise kw’itama rimwe uratega n’irindi akubiteko, kandi uwugutwaye umutamana* ntumwime n’ikanzu*+. Abaroma 12:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ntihagire uwo mwishura ikibi ku kindi+. Mukore ivyo bose babona ko ari vyiza. 1 Petero 2:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Atutswe+, ntiyasubiza igitutsi+. Ababajwe+, nta we yahigira, mugabo yaguma yiragiza umwe aca imanza+ mu bugororotsi.
6 Umugongo wanje nawuhaye abankubita,amatama yanje ndayaha abanshikura ubwanwa. Mu maso hanje sinahahishije abantetereza n’abancirako amate+.
29 Uwugukubise kw’itama rimwe uratega n’irindi akubiteko, kandi uwugutwaye umutamana* ntumwime n’ikanzu*+.
23 Atutswe+, ntiyasubiza igitutsi+. Ababajwe+, nta we yahigira, mugabo yaguma yiragiza umwe aca imanza+ mu bugororotsi.