Matayo 8:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Yezu aca aramvura ukuboko amukorako, amubwira ati: «Ndabishaka! Humanuka+.» Ubwo nyene iyo mibembe ica iramuvako, arahumanuka+.
3 Yezu aca aramvura ukuboko amukorako, amubwira ati: «Ndabishaka! Humanuka+.» Ubwo nyene iyo mibembe ica iramuvako, arahumanuka+.