Ivyahishuwe 14:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Haseruka uwundi mumarayika avuye mu rusengero*, maze abwira n’ijwi rirenga umwe yicaye ku gicu ati: «Rungika agakero kawe wimbure, kuko igihe co kwimbura cageze, kandi ivyimburwa vyo kw’isi bireze neza+.»
15 Haseruka uwundi mumarayika avuye mu rusengero*, maze abwira n’ijwi rirenga umwe yicaye ku gicu ati: «Rungika agakero kawe wimbure, kuko igihe co kwimbura cageze, kandi ivyimburwa vyo kw’isi bireze neza+.»